ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 137:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Ewe mukobwa wa Babiloni ubwirizwa kunyagwa+,

      Azoba ahiriwe uwuzoguhemba+

      Akakugirira uko ubwawe watugiriye+.

  • Yesaya 24:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ni co gituma umuvumo warigase igihugu+, kandi abakibamwo baharurwako icaha. Ni co gituma ababa mu gihugu bagabanutse igitigiri, kandi abantu buntu basigaye ni bake cane+.

  • Yeremiya 51:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Babiloni azocika koko ibirundo vy’amabuye+, aho imbwebwe zitaha+, akajoreza, n’ikintu co kuvugiriza agahwa, aho ata muntu aba+.

  • Ivyahishuwe 18:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze asemerera n’ijwi rikomeye+, ati: “Yatemvye! Babiloni Akomeye yatemvye+, yacitse uburaro bw’amadayimoni n’ikirimbiro ry’impemu zose zihumanye+ be n’ikirimbiro ry’inyoni yose ihumanye kandi yankwa+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika