ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 13:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Emwe, ingenzi zama mu turere tugadutse zizohivyagirira, n’amazu yabo yuzure ibihuna vy’ubwoko bw’inkona+. Aho ni ho ibinyoni vyitwa imbuni bizokwibera, n’amadayimoni* asa n’impene ni ho azokwikinira amatavu+.

  • Yeremiya 50:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Ku bw’ivyo, ingenzi zo mu turere tugadutse zizobana n’ibikoko biboroga; ibinyoni vyitwa imbuni bizoba muri we koko+; kandi nta wuzokwongera kuba muri we, eka kandi ntazogira aho kuba uko iyaruka rizokurikira irindi+.”

  • Yeremiya 51:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Babiloni azocika koko ibirundo vy’amabuye+, aho imbwebwe zitaha+, akajoreza, n’ikintu co kuvugiriza agahwa, aho ata muntu aba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika