Yesaya 13:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nta wuzokwigera ahaba+, eka ntizogira aho iba, uko iyaruka rikurikira irindi+. Umwarabu ntazohashinga ihema, kandi nta bungere bazohavyagiza imikuku. Yeremiya 25:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “‘Maze imyaka mirongo irindwi niyakwira+, nzogira ico mbaza umwami wa Babiloni n’iryo hanga+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kubera ikosa ryabo, egome, ngire ico mbaza igihugu c’Abakaludaya+, kandi nzokigira ibiharabuga gushika igihe kitagira urugero+. Yeremiya 51:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Ibisagara vyiwe bicitse akajoreza, igihugu kigadutse n’ikiyaya c’ubugaragwa+. Ivyo bisagara, uko ari igihugu, nta muntu azobibamwo, kandi nta mwana w’umuntu azobicamwo+. Yeremiya 51:64 Bibiliya y’isi nshasha 64 Maze uze uvuge uti: ‘Uku ni ko Babiloni azonyika ntiyongere guhaguruka kubera ivyago ngira ndamuteze+; kandi bazokwiruhisha ata kabuza+.’” Amajambo ya Yeremiya agarukiye aha.
20 Nta wuzokwigera ahaba+, eka ntizogira aho iba, uko iyaruka rikurikira irindi+. Umwarabu ntazohashinga ihema, kandi nta bungere bazohavyagiza imikuku.
12 “‘Maze imyaka mirongo irindwi niyakwira+, nzogira ico mbaza umwami wa Babiloni n’iryo hanga+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kubera ikosa ryabo, egome, ngire ico mbaza igihugu c’Abakaludaya+, kandi nzokigira ibiharabuga gushika igihe kitagira urugero+.
43 Ibisagara vyiwe bicitse akajoreza, igihugu kigadutse n’ikiyaya c’ubugaragwa+. Ivyo bisagara, uko ari igihugu, nta muntu azobibamwo, kandi nta mwana w’umuntu azobicamwo+.
64 Maze uze uvuge uti: ‘Uku ni ko Babiloni azonyika ntiyongere guhaguruka kubera ivyago ngira ndamuteze+; kandi bazokwiruhisha ata kabuza+.’” Amajambo ya Yeremiya agarukiye aha.