Yesaya 33:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Igihugu cagandaye, cakabiranye+. Libani yariye ivyatsi+; yasangutse. Sharoni+ yacitse nk’ikiyaya c’ubugaragwa; Bashani na Karumeli biriko birikunkumura amababi yavyo+. Yeremiya 50:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ku bw’ivyo, ingenzi zo mu turere tugadutse zizobana n’ibikoko biboroga; ibinyoni vyitwa imbuni bizoba muri we koko+; kandi nta wuzokwongera kuba muri we, eka kandi ntazogira aho kuba uko iyaruka rizokurikira irindi+.”
9 Igihugu cagandaye, cakabiranye+. Libani yariye ivyatsi+; yasangutse. Sharoni+ yacitse nk’ikiyaya c’ubugaragwa; Bashani na Karumeli biriko birikunkumura amababi yavyo+.
39 Ku bw’ivyo, ingenzi zo mu turere tugadutse zizobana n’ibikoko biboroga; ibinyoni vyitwa imbuni bizoba muri we koko+; kandi nta wuzokwongera kuba muri we, eka kandi ntazogira aho kuba uko iyaruka rizokurikira irindi+.”