Yesaya 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi ehe haje umukogote w’intambara w’abantu, ukwegwa n’amafarasi abiri y’imbangutsi+!” Maze atangura kuvuga ati: “Yatemvye! Babiloni yatemvye+, kandi ibishusho bibajwe vyose vy’imana ziwe yabimenaguriye hasi+!” Yeremiya 51:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Babiloni yatemvye giturumbuka ku buryo avunika+. Nimumuborogere+. Nimutore umusomozo wo kuvura ububabare bwiwe+. Hari aho yokira.” Ivyahishuwe 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze uwundi, umumarayika wa kabiri, arakurikira, avuga ati: “Yatemvye! Babiloni+ Akomeye yatemvye+, umwe yatuma amahanga yose anywa ku muvinyu+ w’ishavu ry’ubusambanyi bwiwe+!”
9 Kandi ehe haje umukogote w’intambara w’abantu, ukwegwa n’amafarasi abiri y’imbangutsi+!” Maze atangura kuvuga ati: “Yatemvye! Babiloni yatemvye+, kandi ibishusho bibajwe vyose vy’imana ziwe yabimenaguriye hasi+!”
8 Babiloni yatemvye giturumbuka ku buryo avunika+. Nimumuborogere+. Nimutore umusomozo wo kuvura ububabare bwiwe+. Hari aho yokira.”
8 Maze uwundi, umumarayika wa kabiri, arakurikira, avuga ati: “Yatemvye! Babiloni+ Akomeye yatemvye+, umwe yatuma amahanga yose anywa ku muvinyu+ w’ishavu ry’ubusambanyi bwiwe+!”