ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 50:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko ihanga riduze kumutera rivuye mu buraruko+. Ni ryo rihindura igihugu ciwe akajoreza, ku buryo ata n’umwe aba iwe+. Umuntu n’igitungwa vyahunze+. Vyagiye+.”

  • Yeremiya 50:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko ehe ngira mpagurukirize nongere ndugirize Babiloni ishengero ry’amahanga akomeye avuye mu gihugu co mu buraruko+; bazotonda koko kugira bamutere+. Bazomufata bazananye ng’aho+. Imyampi yabo imeze nk’iy’umugabo w’umunyenkomezi ahekura, atagaruka ata co ashitseko+.

  • Yeremiya 51:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “Nimuduze ikimenyetso mu gihugu+. Nimuvuze inzamba mu mahanga. Nimweze+ amahanga kugira amutere. Nimutumeko ubwami bwa Ararati+, ubwa Mini n’ubwa Ashikenazi+ kugira bumutere. Nimushinge igikorwa uwinjiza ingabo kugira amutere. Nimuduze amafarasi+ nk’inzige zishinze amoya.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika