ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 13:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Ehe ngira ndabahagurukirize Abamedi+, bamwe bafata ifeza nk’aho ari ubusa, n’inzahabu ntibahimbare.

  • Yeremiya 51:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+.

  • Yeremiya 51:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 “Amajuru n’isi n’ibiri muri vyo vyose bizovugiriza koko Babiloni akamo k’umunezero+, kuko abanyazi bazoza kuri we bavuye mu buraruko+,” ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika