ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 21:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hari iyerekwa rikomeye+ nabwiwe: Umuhemu arahemuka, umusahuzi na we agasahura+. Duga, Elamu we! Sugereza, Bumedi we+! Ukuniha kwose ateza nakurangije+.

  • Yeremiya 50:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko ehe ngira mpagurukirize nongere ndugirize Babiloni ishengero ry’amahanga akomeye avuye mu gihugu co mu buraruko+; bazotonda koko kugira bamutere+. Bazomufata bazananye ng’aho+. Imyampi yabo imeze nk’iy’umugabo w’umunyenkomezi ahekura, atagaruka ata co ashitseko+.

  • Yeremiya 51:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Nimusene imyampi+. Nimwuzuze inkinzo z’umuzingi. Yehova yakabuye impwemu y’abami b’Abamedi+, kuko iciyumviro ciwe ari ico kugirira nabi Babiloni+, kugira ngo amuhonye. Kuko ari ukwihōra kwa Yehova, ukwihōra kubera urusengero rwiwe+.

  • Daniyeli 5:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 maze Dariyo+ Umumedi aronka ubwami, afise imyaka nka mirongo itandatu n’ibiri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika