Daniyeli 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Dariyo bimubera vyiza, maze ashiraho abakuru ijana na mirongo ibiri b’intara ngo baganze ubwami, bakaba bari kuganza ubwo bwami bwose+; Daniyeli 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu mwaka wa mbere wa Dariyo+ mwene Ahasuwerusi wo mu ruvyaro rw’Abamedi+, uwari yagizwe umwami aganza ubwami bw’Abakaludaya+,
6 Dariyo bimubera vyiza, maze ashiraho abakuru ijana na mirongo ibiri b’intara ngo baganze ubwami, bakaba bari kuganza ubwo bwami bwose+;
9 Mu mwaka wa mbere wa Dariyo+ mwene Ahasuwerusi wo mu ruvyaro rw’Abamedi+, uwari yagizwe umwami aganza ubwami bw’Abakaludaya+,