Daniyeli 5:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 maze Dariyo+ Umumedi aronka ubwami, afise imyaka nka mirongo itandatu n’ibiri. Daniyeli 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Dariyo bimubera vyiza, maze ashiraho abakuru ijana na mirongo ibiri b’intara ngo baganze ubwami, bakaba bari kuganza ubwo bwami bwose+; Daniyeli 6:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nayo uwo Daniyeli, aratunganirwa mu bwami bwa Dariyo+ no mu bwami bwa Kuro Umuperesi+.
6 Dariyo bimubera vyiza, maze ashiraho abakuru ijana na mirongo ibiri b’intara ngo baganze ubwami, bakaba bari kuganza ubwo bwami bwose+;