ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 50:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Nimubimenyeshe mu mahanga, muvyamamaze+. Nimuduze ikimenyetso+; nimuvyamamaze. Ntihagire ico munyegeza. Muvuge muti: ‘Babiloni yafashwe+. Beli iramaramaye+. Merodaki itekewe n’ubwoba. Ibishusho vyiwe biramaramaye+. Ibigirwamana vyiwe vy’umwanda bitekewe n’ubwoba.’

  • Yeremiya 51:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Nzokwitaho ivya Beli+ i Babiloni, kandi nzokura mu kanwa kiwe ivyo yatamiye+. Kandi amahanga ntazokwongera kurindiga aja kuri we+. Vyongeye, uruhome rwa Babiloni ruzogwa+.

  • Yeremiya 51:52
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 52 “Ku bw’ivyo, ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzokwitaho ivy’ibishusho vyiwe bibajwe+, kandi mu gihugu ciwe hose uwatobekeranijwe azoniha+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika