ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 21:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi ehe haje umukogote w’intambara w’abantu, ukwegwa n’amafarasi abiri y’imbangutsi+!”

      Maze atangura kuvuga ati: “Yatemvye! Babiloni yatemvye+, kandi ibishusho bibajwe vyose vy’imana ziwe yabimenaguriye hasi+!”

  • Yeremiya 51:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Babiloni yatemvye giturumbuka ku buryo avunika+. Nimumuborogere+. Nimutore umusomozo wo kuvura ububabare bwiwe+. Hari aho yokira.”

  • Ivyahishuwe 18:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Maze umumarayika w’inkomezi araha ibuye rimeze nk’urusyo runini+ ariraririza mu kiyaga+, avuga ati: “Ukwo ni ko Babiloni ca gisagara gikomeye kizoraririzwa rimwe, kandi ntikizokwigera congera kuboneka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika