Zaburi 107:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Ni nde ari inkerebutsi? Azokwitegereza ivyo bintu+Yongere yiteho ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo vya Yehova+. Yesaya 41:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 kugira ngo abantu babone, bamenye, batege ugutwi bongere bagire ugutahura kwimbitse icarimwe, bategere yuko ukuboko kwa Yehova ari kwo kwabikoze, kandi ko wa Mweranda wa Isirayeli ubwiwe ari we yabiremye+.”
43 Ni nde ari inkerebutsi? Azokwitegereza ivyo bintu+Yongere yiteho ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo vya Yehova+.
20 kugira ngo abantu babone, bamenye, batege ugutwi bongere bagire ugutahura kwimbitse icarimwe, bategere yuko ukuboko kwa Yehova ari kwo kwabikoze, kandi ko wa Mweranda wa Isirayeli ubwiwe ari we yabiremye+.”