Gusubira mu vyagezwe 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi muze muzigumye kandi muzishitse, kuko kuri mwebwe ivyo ari ubukerebutsi+ n’ugutegera+ mu maso y’ibisata vy’abantu bizokwumva ivy’izo ngingo nyobozi zose, kandi ntibazobura kuvuga ngo: ‘Iri hanga rikomeye, mu vy’ukuri ni abantu bakerebutse kandi bafise ugutegera+.’ Zaburi 64:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi abantu bakuwe mw’ivu bose bazotinya+;Bazoyaga igikorwa c’Imana+,Kandi ntibazobura gutahura igikorwa cayo bimwe vyimbitse+. Imigani 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umuntu w’inkerebutsi azokwumviriza aronke inyigisho+ yiyongereye, kandi umuntu afise ugutegera ni we aronka ubuyobozi bw’ubuhanga+, Yeremiya 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ni nde muntu w’inkerebutsi, ngo ategere ivyo, egome, uwo akanwa ka Yehova kabibwiye, ngo abimenyekanishe+? Kubera iki igihugu coyogera koko, kigaturirwa koko nk’agahinga, ata wugicamwo+?” Hoseya 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ni nde ari inkerebutsi ngo ategere ivyo bintu+? Ni nde w’ubwenge ngo abimenye+? Kuko inzira za Yehova zigororotse+; abagororotsi ni bo bazozigenderamwo+, ariko abagabitanya bazozitsitaramwo+.
6 Kandi muze muzigumye kandi muzishitse, kuko kuri mwebwe ivyo ari ubukerebutsi+ n’ugutegera+ mu maso y’ibisata vy’abantu bizokwumva ivy’izo ngingo nyobozi zose, kandi ntibazobura kuvuga ngo: ‘Iri hanga rikomeye, mu vy’ukuri ni abantu bakerebutse kandi bafise ugutegera+.’
9 Kandi abantu bakuwe mw’ivu bose bazotinya+;Bazoyaga igikorwa c’Imana+,Kandi ntibazobura gutahura igikorwa cayo bimwe vyimbitse+.
5 Umuntu w’inkerebutsi azokwumviriza aronke inyigisho+ yiyongereye, kandi umuntu afise ugutegera ni we aronka ubuyobozi bw’ubuhanga+,
12 “Ni nde muntu w’inkerebutsi, ngo ategere ivyo, egome, uwo akanwa ka Yehova kabibwiye, ngo abimenyekanishe+? Kubera iki igihugu coyogera koko, kigaturirwa koko nk’agahinga, ata wugicamwo+?”
9 Ni nde ari inkerebutsi ngo ategere ivyo bintu+? Ni nde w’ubwenge ngo abimenye+? Kuko inzira za Yehova zigororotse+; abagororotsi ni bo bazozigenderamwo+, ariko abagabitanya bazozitsitaramwo+.