Daniyeli 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Benshi bazokwihumanura+, biyeze+, batyororwe+. Ababisha bazokorana ububisha koko+, kandi nta mubisha n’umwe azotegera+; ariko abafise ugutahura kwimbitse bazotegera+.
10 Benshi bazokwihumanura+, biyeze+, batyororwe+. Ababisha bazokorana ububisha koko+, kandi nta mubisha n’umwe azotegera+; ariko abafise ugutahura kwimbitse bazotegera+.