Yesaya 46:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’; Yesaya 65:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Kuko ehe ndiko ndema amajuru mashasha+ n’isi nshasha+; kandi ivya kera ntibizokwibukwa+, eka mbere ntibizoza mu mutima+.
10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’;
17 “Kuko ehe ndiko ndema amajuru mashasha+ n’isi nshasha+; kandi ivya kera ntibizokwibukwa+, eka mbere ntibizoza mu mutima+.