Yesaya 48:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ku bw’izina ryanje, nzotangira ishavu ryanje+, kandi ku bw’ishemezo ryanje nzokwifata ku bijanye nawe kugira nturandurwe+.
9 Ku bw’izina ryanje, nzotangira ishavu ryanje+, kandi ku bw’ishemezo ryanje nzokwifata ku bijanye nawe kugira nturandurwe+.