Ezekiyeli 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze ngira ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe mu maso y’amahanga barimwo+, kuko nari nimenyekanishije kuri bo mu maso yayo mu kubakura mu gihugu ca Misiri+. Abaroma 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko “izina ry’Imana ririko rirogotwako mu mahanga kubera mwebwe+”; ni nk’uko vyanditswe.
9 Maze ngira ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe mu maso y’amahanga barimwo+, kuko nari nimenyekanishije kuri bo mu maso yayo mu kubakura mu gihugu ca Misiri+.