Yobu 38:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Wari hehe igihe nashinga isi+?Mbwira, nimba koko ufise ugutahura. Zaburi 102:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kera washinze imishinge y’isi+,Kandi amajuru ni igikorwa c’amaboko yawe+. Yesaya 42:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibi ni vyo Imana y’ukuri, Yehova, ivuze, Umuremyi w’amajuru+ akaba n’Umwe ahambaye ayaramvura+, Umwe asasa isi+ n’umwimbu wayo+, Umwe aha impemu+ abantu bo kuri yo+, agaha n’impwemu abagendagenda kuri yo+:
5 Ibi ni vyo Imana y’ukuri, Yehova, ivuze, Umuremyi w’amajuru+ akaba n’Umwe ahambaye ayaramvura+, Umwe asasa isi+ n’umwimbu wayo+, Umwe aha impemu+ abantu bo kuri yo+, agaha n’impwemu abagendagenda kuri yo+: