Yesaya 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Babiloni, ca kirezi c’ubwami+, bwa bwiza bw’ubwishime bw’Abakaludaya+, itegerezwa gucika nka ca gihe Imana yatembagaza Sodomu na Gomora+. Yeremiya 50:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kubera uburakari bwa Yehova nta wuzoba iwe+, kandi azocika koko igiharabuga wese+. Nayo uwuzoca iruhande ya Babiloni wese, azomutamarira ajongorotse, avuze agahwa kubera ivyago vyiwe vyose+.
19 Babiloni, ca kirezi c’ubwami+, bwa bwiza bw’ubwishime bw’Abakaludaya+, itegerezwa gucika nka ca gihe Imana yatembagaza Sodomu na Gomora+.
13 Kubera uburakari bwa Yehova nta wuzoba iwe+, kandi azocika koko igiharabuga wese+. Nayo uwuzoca iruhande ya Babiloni wese, azomutamarira ajongorotse, avuze agahwa kubera ivyago vyiwe vyose+.