ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 19:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Maze Yehova agwisha kuri Sodomu no kuri Gomora imvura y’amazuku n’umuriro bivuye kuri Yehova, bivuye mu majuru+.

  • Gusubira mu vyagezwe 29:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 amazuku n’umunyu+ n’ukururumba+, ku buryo intara yaco yose itazobibwa, canke ngo imere, canke ngo hagire n’icatsi na kimwe kimera muri yo, nka kumwe kw’itembagazwa rya Sodomu na Gomora+, Adima+ na Zeboyimu+, bimwe Yehova yatembagaza mw’ishavu ryiwe no mu burake bwiwe+;

  • Yeremiya 49:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nk’uko vyabaye igihe Sodomu na Gomora n’ibisagara bibanyi vyatembagazwa+,” ni ko Yehova avuze, “nta muntu azohaba, kandi nta mwana w’abantu azohaba ari kavamahanga+.

  • Yeremiya 50:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 “Nk’uko vyagenze igihe Imana yatembagaza Sodomu na Gomora+ be n’ibisagara bibanyi+,” ni ko Yehova avuze, “nta muntu azohaba, eka kandi nta mwana w’umuntu azoba muri we ari kavamahanga+.

  • Zefaniya 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ku bw’ivyo rero, ndahiye ukubaho kwanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo* avuze, ya Mana ya Isirayeli, “Mowabu izocika nka Sodomu+, bene Amoni+ na bo bacike nka Gomora, ahiganziwe n’ibisuru, habe icobo c’umunyu n’igiharabuga, emwe, gushika igihe kitagira urugero*+. Bazosahurwa n’abasigaye bo mu bantu banje, kandi amasigarira y’ihanga ryanje azobigarurira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika