Yesaya 34:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Haba mw’ijoro canke ku murango, ntizozima; umwotsi wayo uzoguma uduga gushika igihe kitagira urugero+. Kuva kw’iyaruka uja ku rindi, azogaduka+; gushika ibihe bitazoshira, nta wuzorengana aciye iwe+. Yeremiya 49:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Hazori+ izocika aho imbwebwe zitaha+, igiharabuga gushika igihe kitagira urugero. Nta muntu azohaba, kandi nta mwana w’abantu azohaba ari kavamahanga+.”
10 Haba mw’ijoro canke ku murango, ntizozima; umwotsi wayo uzoguma uduga gushika igihe kitagira urugero+. Kuva kw’iyaruka uja ku rindi, azogaduka+; gushika ibihe bitazoshira, nta wuzorengana aciye iwe+.
33 “Hazori+ izocika aho imbwebwe zitaha+, igiharabuga gushika igihe kitagira urugero. Nta muntu azohaba, kandi nta mwana w’abantu azohaba ari kavamahanga+.”