Yeremiya 50:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ku bw’ivyo, ingenzi zo mu turere tugadutse zizobana n’ibikoko biboroga; ibinyoni vyitwa imbuni bizoba muri we koko+; kandi nta wuzokwongera kuba muri we, eka kandi ntazogira aho kuba uko iyaruka rizokurikira irindi+.”
39 Ku bw’ivyo, ingenzi zo mu turere tugadutse zizobana n’ibikoko biboroga; ibinyoni vyitwa imbuni bizoba muri we koko+; kandi nta wuzokwongera kuba muri we, eka kandi ntazogira aho kuba uko iyaruka rizokurikira irindi+.”