ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 9:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Yeruzalemu nzoyihindura ibirundo vy’amabuye+, aho imbwebwe zitaha+; ibisagara vya Yuda na vyo nzobihindura igiharabuga, aho ata muntu aba+.

  • Yeremiya 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Umviriza inkuru! Ehe iraje, be n’ugusya gukomeye kuvuye mu gihugu co mu buraruko+, kugira ngo bitume ibisagara vya Yuda bicika igiharabuga, aho imbwebwe zitaha+.

  • Malaki 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Esawu+ na we naramwanse; kandi amaherezo imisozi yiwe nayihinduye igiharabuga+, intoranwa yiwe ndayiha imbwebwe zo mu gahinga+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika