ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Iyo Yehova nyen’ingabo* ubwiwe ataba yaradusigarije abarokotse bakeyi+, tuba twaracitse nka Sodomu, tuba twarabaye nka Gomora ubwayo+.

  • Yeremiya 49:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nk’uko vyabaye igihe Sodomu na Gomora n’ibisagara bibanyi vyatembagazwa+,” ni ko Yehova avuze, “nta muntu azohaba, kandi nta mwana w’abantu azohaba ari kavamahanga+.

  • Yeremiya 51:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Abantu ntibazokura kuri wewe ibuye rigenewe imfuruka canke ibuye rigenewe imishinge+, kuko uzoba ibiharabuga gushika igihe kitagira urugero+,” ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika