Yeremiya 50:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 “Nk’uko vyagenze igihe Imana yatembagaza Sodomu na Gomora+ be n’ibisagara bibanyi+,” ni ko Yehova avuze, “nta muntu azohaba, eka kandi nta mwana w’umuntu azoba muri we ari kavamahanga+. Ivyahishuwe 18:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze umumarayika w’inkomezi araha ibuye rimeze nk’urusyo runini+ ariraririza mu kiyaga+, avuga ati: “Ukwo ni ko Babiloni ca gisagara gikomeye kizoraririzwa rimwe, kandi ntikizokwigera congera kuboneka+.
40 “Nk’uko vyagenze igihe Imana yatembagaza Sodomu na Gomora+ be n’ibisagara bibanyi+,” ni ko Yehova avuze, “nta muntu azohaba, eka kandi nta mwana w’umuntu azoba muri we ari kavamahanga+.
21 Maze umumarayika w’inkomezi araha ibuye rimeze nk’urusyo runini+ ariraririza mu kiyaga+, avuga ati: “Ukwo ni ko Babiloni ca gisagara gikomeye kizoraririzwa rimwe, kandi ntikizokwigera congera kuboneka+.