10 Na Rusi Umunyamowabukazi, umugore wa Mahiloni, ndamuguze koko ngo abe umugore wanje kugira ngo ntume izina ry’umuhisi+ rigaruka ku ntoranwa yiwe no kugira ngo izina ry’umuhisi ntirirandurwe muri bene wabo no mw’irembo ry’igisagara ciwe. Muri ivyabona+ uno musi.”