Itanguriro 38:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yuda abwira Onani rero ati: “Ryamana n’umugore wa mwene wanyu, umucure, maze uhagurukirize uruvyaro mwene wanyu+.” Gusubira mu vyagezwe 25:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Imfura azovyara ize itware izina rya mwene wabo yapfuye+, kugira izina ryiwe ntirihanagurike muri Isirayeli+. Rusi 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nawomi aca abwira umukazana wiwe ati: “Ahezagirwe na Yehova+, we ataretse kugirira ubuntu bwuzuye urukundo+ abazima n’abapfuye+.” Nawomi abandanya kumubwira ati: “Uwo mugabo ni incuti yacu+. Ni umwe mu bacunguzi+ bacu.” Rusi 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze Bowazi avuga ati: “Umusi uzogura iryo tongo mu kuboko kwa Nawomi, uzorigura no kuri Rusi Umunyamowabukazi, umugore w’umuhisi, kugira ngo utume izina ry’umuhisi rigaruka ku ntoranwa yiwe+.”
8 Yuda abwira Onani rero ati: “Ryamana n’umugore wa mwene wanyu, umucure, maze uhagurukirize uruvyaro mwene wanyu+.”
6 Imfura azovyara ize itware izina rya mwene wabo yapfuye+, kugira izina ryiwe ntirihanagurike muri Isirayeli+.
20 Nawomi aca abwira umukazana wiwe ati: “Ahezagirwe na Yehova+, we ataretse kugirira ubuntu bwuzuye urukundo+ abazima n’abapfuye+.” Nawomi abandanya kumubwira ati: “Uwo mugabo ni incuti yacu+. Ni umwe mu bacunguzi+ bacu.”
5 Maze Bowazi avuga ati: “Umusi uzogura iryo tongo mu kuboko kwa Nawomi, uzorigura no kuri Rusi Umunyamowabukazi, umugore w’umuhisi, kugira ngo utume izina ry’umuhisi rigaruka ku ntoranwa yiwe+.”