Kuvayo 15:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze aririra Yehova+. Nuko Yehova amwereka igiti, na we agiterera mu mazi, nya mazi aca araryoha+. Aho hantu Imana ibashingira ingingo nyobozi be n’ishingiro ry’urubanza, kandi irabageza+. Kuvayo 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ehe mpagaze imbere yawe hariya ku gitandara i Horebu. Nawe uze gukubita ku gitandara, amazi ave muri co, abantu banywe+.” Nuko Musa agira kuno mu maso y’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli. Gusubira mu vyagezwe 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 uwagucishije muri ka gahinga kanini kandi gateye ubwoba+, karimwo inzoka z’ubumara+ n’utumina, karimwo n’ubutaka bugadutse, butagira amazi; uwagukuriye amazi mu gitandara c’isare+;
25 Maze aririra Yehova+. Nuko Yehova amwereka igiti, na we agiterera mu mazi, nya mazi aca araryoha+. Aho hantu Imana ibashingira ingingo nyobozi be n’ishingiro ry’urubanza, kandi irabageza+.
6 Ehe mpagaze imbere yawe hariya ku gitandara i Horebu. Nawe uze gukubita ku gitandara, amazi ave muri co, abantu banywe+.” Nuko Musa agira kuno mu maso y’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli.
15 uwagucishije muri ka gahinga kanini kandi gateye ubwoba+, karimwo inzoka z’ubumara+ n’utumina, karimwo n’ubutaka bugadutse, butagira amazi; uwagukuriye amazi mu gitandara c’isare+;