Imigani 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ntube mu banywi b’umuvinyu ba cane+, mu baryi b’inyama b’abakunzi b’inda+. Imigani 31:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kugira ngo umuntu ntahave anywa akibagira ivyashinzwe, akagoreka imburano z’uwo ari we wese mu bana b’amarushwa+. Yesaya 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Baragowe abavyuka kare mu gitondo bavyuwe no kurondera gusa inzoga iboreza+, bakirizako gushika buhwibiriye ku buryo umuvinyu ubarurumbika+!
5 kugira ngo umuntu ntahave anywa akibagira ivyashinzwe, akagoreka imburano z’uwo ari we wese mu bana b’amarushwa+.
11 Baragowe abavyuka kare mu gitondo bavyuwe no kurondera gusa inzoga iboreza+, bakirizako gushika buhwibiriye ku buryo umuvinyu ubarurumbika+!