ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 20:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Umuvinyu ni umushinyaguzi+, inzoga iboreza irasebagirika+, kandi uwuzimizwa na yo wese si inkerebutsi+.

  • Yesaya 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Baragowe abavyuka kare mu gitondo bavyuwe no kurondera gusa inzoga iboreza+, bakirizako gushika buhwibiriye ku buryo umuvinyu ubarurumbika+!

  • Abaroma 13:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nko ku murango, tugende mu buryo bubereye+, atari mu kwidagadura no kunywera akaborerwe+, atari mu guhuza ibitsina kutemewe no mu bushirasoni*+, atari mu gushihana+ no kugira ishari.

  • 1 Abakorinto 10:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Nuko rero, mwaba murya canke munywa canke mukora ikindi kintu cose, mukore vyose ku bw’ubuninahazwa bw’Imana+.

  • 1 Petero 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko igihe+ carenganye gihagije c’ukuba mwarakoze ukugomba kw’amahanga+ igihe mwagendera mu bikorwa vy’ubushirasoni*+, mu nambu zikomeye, mu kunywa umuvinyu birenze urugero+, mu kwidagadura, mu guhiganwa mu kunywa, no mu vy’ugusenga ibigirwamana kw’ikizira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika