ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 42:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Jewe Yehova, naguhamagaye mu bugororotsi+, ndagufata ukuboko+. Nzokuzigama, ndagutange nk’isezerano ry’abantu+, nk’umuco w’amahanga+,

  • Matayo 12:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Ehe umusavyi wanje+ natoye, umukundwa wanje+, uwo umutima wanje washimye! Nzoshira impwemu yanje kuri we+, kandi azotomorera amahanga ubutungane ico ari co.

  • Luka 2:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 umuco+ wo gukura icitwikiro+ ku mahanga+ be n’ubuninahazwa bw’igisata cawe Isirayeli.”

  • Ivyakozwe 13:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Nkako, Yehova yaduhaye ibwirizwa muri aya majambo, ati: ‘Nkugenye kuba umuco w’amahanga+, ngo ube ubukiriro gushika ku mpera y’isi+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika