Yesaya 49:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Araheza avuga ati: “Kuri wewe vyabaye ikintu kirengeye igisanzwe kuba umusavyi wanje wo guhagurutsa imiryango ya Yakobo no kugarukana abazigamwe ba Isirayeli+; nanje nagutanze ngo ube umuco w’amahanga+, ngo ubukiriro bwanje bushike ku mpera y’isi+.” Ivyakozwe 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.”
6 Araheza avuga ati: “Kuri wewe vyabaye ikintu kirengeye igisanzwe kuba umusavyi wanje wo guhagurutsa imiryango ya Yakobo no kugarukana abazigamwe ba Isirayeli+; nanje nagutanze ngo ube umuco w’amahanga+, ngo ubukiriro bwanje bushike ku mpera y’isi+.”
8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.”