Matayo 26:67 Bibiliya y’isi nshasha 67 Maze bamucira mu maso+ bongera bamukubita+ ingumu. Abandi bamukubita amakofe mu maso+,