Mariko 10:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Kuko mbere n’Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe+, ariko kugira akorere abandi, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu*+ ya benshi+.” Luka 22:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko, uwuruta abandi ni nde, ni uwuri ku meza canke ni uwuriko arakora? Si uwuri ku meza none? Mugabo jewe ndi hagati yanyu nk’uwukora+.
45 Kuko mbere n’Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe+, ariko kugira akorere abandi, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu*+ ya benshi+.”
27 Kuko, uwuruta abandi ni nde, ni uwuri ku meza canke ni uwuriko arakora? Si uwuri ku meza none? Mugabo jewe ndi hagati yanyu nk’uwukora+.