Gusubira mu vyagezwe 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Umugabo niyatwara umugore akamugira uwiwe, hanyuma bigashika ntagire ubutoni mu maso ya nya mugabo kuko yamubonyeko ikintu kitabereye+, aze amwandikire icete c’ukwahukana+ agishire mu kuboko kwiwe, aheze amwirukane mu nzu yiwe+.
24 “Umugabo niyatwara umugore akamugira uwiwe, hanyuma bigashika ntagire ubutoni mu maso ya nya mugabo kuko yamubonyeko ikintu kitabereye+, aze amwandikire icete c’ukwahukana+ agishire mu kuboko kwiwe, aheze amwirukane mu nzu yiwe+.