Imigani 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko nasemereye mugabo mukaguma mwanka+; naramvuye ukuboko kwanje ariko nta n’umwe avyitaho+, Yeremiya 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubu rero, ko mwagumye mukora ivyo bikorwa vyose,’ ni ko Yehova avuze, ‘nanje nkaguma mvugana namwe, mvyuka kare nkavuga+, mugabo ntimwumvirize+, kandi nkaguma ndabahamagara, mugabo ntimwitabe+,
13 Ubu rero, ko mwagumye mukora ivyo bikorwa vyose,’ ni ko Yehova avuze, ‘nanje nkaguma mvugana namwe, mvyuka kare nkavuga+, mugabo ntimwumvirize+, kandi nkaguma ndabahamagara, mugabo ntimwitabe+,