Zaburi 40:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ibimazi n’amashikanwa ntivyaguhimbaye+;Aya matwi yanje warayazibūye+.Amashikanwa aturirwa be n’amashikanwa y’igicumuro nta yo wasavye+. Zaburi 40:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+.
6 Ibimazi n’amashikanwa ntivyaguhimbaye+;Aya matwi yanje warayazibūye+.Amashikanwa aturirwa be n’amashikanwa y’igicumuro nta yo wasavye+.
8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+.