Zaburi 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Imibabaro iba myinshi kuri barya bihutira gukurikira iyindi mana+.Sinzosuka amashikanwa yazo y’ikinyobwa y’amaraso+,Kandi sinzotwara amazina yazo ku minwa yanje+. Zaburi 32:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ububabare umubisha agira ni bwinshi+;Ariko uwizigira Yehova, ubuntu bwuzuye urukundo ni bwo bumukikuza+.
4 Imibabaro iba myinshi kuri barya bihutira gukurikira iyindi mana+.Sinzosuka amashikanwa yazo y’ikinyobwa y’amaraso+,Kandi sinzotwara amazina yazo ku minwa yanje+.
10 Ububabare umubisha agira ni bwinshi+;Ariko uwizigira Yehova, ubuntu bwuzuye urukundo ni bwo bumukikuza+.