ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 94:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kuko ingingo y’ubutungane izosubira ku bugororotsi+,

      Kandi ab’umutima ugororotse bose bazoyisunga.

  • Imigani 21:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Uwukurikirana ubugororotsi+ be n’ubuntu bwuzuye urukundo azoronka ubuzima, ubugororotsi n’ubuninahazwa+.

  • Zefaniya 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 nimurondere Yehova+, yemwe abatekereza bo kw’isi mwese+, abashize mu ngiro ingingo yiwe y’ubutungane*. Nimurondere ubugororotsi+, nimurondere ubutekereji+. Hari aho+ mwohishwa kuri wa musi w’ishavu rya Yehova+.

  • Matayo 6:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 “Gume rero mubanza kurondera ubwami n’ubugororotsi bw’Imana+, ivyo bindi vyose na vyo muzovyongerwa+.

  • 1 Timoteyo 6:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ariko weho ga muntu w’Imana, hunga ivyo bintu+. Mugabo ukurikirane ubugororotsi, ukwihebera Imana, ukwizera, urukundo, ukwihangana, ubwitonzi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika