Imigani 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Inzira y’umubisha ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo akunda uwukurikirana ubugororotsi+. Matayo 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Hahiriwe abashonje kandi banyotewe+ ubugororotsi, kuko bazohazwa+. Abaheburayo 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mukurikirane ukugiranira amahoro n’abantu bose+, na kwa kwezwa+ ata wuzoshobora kubona Umukama atagufise+,
9 Inzira y’umubisha ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo akunda uwukurikirana ubugororotsi+.
14 Mukurikirane ukugiranira amahoro n’abantu bose+, na kwa kwezwa+ ata wuzoshobora kubona Umukama atagufise+,