Imigani 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Uwukurikirana ubugororotsi+ be n’ubuntu bwuzuye urukundo azoronka ubuzima, ubugororotsi n’ubuninahazwa+. Yesaya 26:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umunyuro w’umugororotsi ni ukugororoka+. Kubera ko wewe ugororotse, uzosena inzira y’umugororotsi+. Yohani 3:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Se arakunda+ Umwana kandi yashize ibintu vyose mu kuboko kwiwe+.
21 Uwukurikirana ubugororotsi+ be n’ubuntu bwuzuye urukundo azoronka ubuzima, ubugororotsi n’ubuninahazwa+.
7 Umunyuro w’umugororotsi ni ukugororoka+. Kubera ko wewe ugororotse, uzosena inzira y’umugororotsi+.