ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 29:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ndazi neza, ewe Mana yanje, yuko usuzuma umutima+, kandi yuko uhimbarwa n’ubugororotsi+. Jewe, mu kugororoka kw’umutima wanje ni ho ntanze ibi bintu vyose ndabikunze; none rero mpimbawe no kubona aba bantu bawe bari hano bagushikanira amashikanwa babikunze.

  • Yobu 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Mu gihugu ca Uzu+ hari umugabo yitwa Yobu+. Uyo mugabo ntiyagirako umugayo+ kandi yari umuntu agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+.

  • Zaburi 18:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Yehova nanyishure nk’uko ubugororotsi bwanje buri+,

      Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, mu maso yiwe+.

  • Imigani 20:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Umugororotsi agendera mu gutungana kwiwe+. Hahiriwe abana biwe mu nyuma ziwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika