ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Mu gihugu ca Uzu+ hari umugabo yitwa Yobu+. Uyo mugabo ntiyagirako umugayo+ kandi yari umuntu agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+.

  • Zaburi 26:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ncira urubanza+, Yehova we, kuko jewe nagendeye mu gutungana kwanje+,

      Kandi Yehova ni we nizigiye, kugira ngo sinyoganyoge+.

  • Imigani 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Uwugendera mu kugororoka kwiwe aratinya Yehova+, mugabo uwuhetaraye mu nzira ziwe aramusuzugura+.

  • Matayo 11:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ni ukuri ndabibabwiye: Mu bavutse ku bagore+ ntihigeze guhaguruka uwuruta Yohani Umubatizi; mugabo umuto mu bwami+ bwo mw’ijuru aramuruta.

  • Luka 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Bompi bari abagororotsi+ imbere y’Imana, kubera ko bagenda batagirako umugayo+ bisunze amabwirizwa yose+ n’ibisabwa+ n’amategeko vya Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika