Zaburi 105:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nimwiratire izina ryiwe ryeranda+.Umutima w’abarondera Yehova nunezerwe+. Abaroma 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko “umuntu wese yambaza izina rya Yehova azokizwa+.”