Zaburi 119:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hahiriwe abubahiriza ivyibutsa vyiwe+;Baguma bamurondeza umutima wose+. Abafilipi 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mwame munezerwa mu Mukama+. Ndongeye kubivuga: Nimunezerwe+!