ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,

      Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.

      Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;

      Ni we agororotse kandi atunganye+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ca Gitandara cakuvyara waracibagiye+,

      Utangura gufuta Imana mu bwenge, imwe yakwibaruka mu bise+.

  • 1 Samweli 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Nta n’umwe ari mweranda nka Yehova, kuko ata n’umwe ariho kiretse wewe+;

      Kandi nta gitandara kiriho kimeze nk’Imana yacu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika