Yobu 13:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kandi ameze* nk’ikibore kiriko kirashira+;Nk’impuzu iriwe n’agakoko* igahera+. Yesaya 50:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Raba! Umukama Segaba Yehova ubwiwe azontabara. Ni nde yonyita umubisha+? Raba! Bose uko bangana bazoshira nk’impuzu+. Agakoko* kazobarigata+.
9 Raba! Umukama Segaba Yehova ubwiwe azontabara. Ni nde yonyita umubisha+? Raba! Bose uko bangana bazoshira nk’impuzu+. Agakoko* kazobarigata+.