Yesaya 40:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Hariho Umwe yibera hejuru y’umuzingi w’isi+, ababa muri yo bakaba ari nk’uduhori, Umwe aramvura amajuru nk’igitambara gihwahutse kinoze, akayasanza nk’ihema ryo kubamwo+,
22 Hariho Umwe yibera hejuru y’umuzingi w’isi+, ababa muri yo bakaba ari nk’uduhori, Umwe aramvura amajuru nk’igitambara gihwahutse kinoze, akayasanza nk’ihema ryo kubamwo+,