Yesaya 50:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umukama Segaba Yehova ubwiwe yampaye ururimi rw’abigishijwe+, ngo menye ingene nishurisha ijambo uwurushe+. Ankangura uko bukeye; ugutwi kwanje agukangurira kwumva nk’abigishijwe+.
4 Umukama Segaba Yehova ubwiwe yampaye ururimi rw’abigishijwe+, ngo menye ingene nishurisha ijambo uwurushe+. Ankangura uko bukeye; ugutwi kwanje agukangurira kwumva nk’abigishijwe+.